Ja ku birimwo

28 GITUGUTU 2022
AMAKURU YO KW’ISI YOSE

Amakuru agezweho ya 7 avuye ku Nama Nyobozi (2022)

Amakuru agezweho ya 7 avuye ku Nama Nyobozi (2022)

Umwe mu bagize Inama Nyobozi aratanga amakuru agezweho yerekeye ibiriko birava ku gusubira kurangurira hamwe ibikorwa vya gitewokarasi amaso mu yandi, hamwe n’ivyerekeye utwigoro tugirwa mu gutabara abashikiwe n’ivyago. Vyongeye, araturemesha kugira ico dukoze tudatebaganye igihe tubonye icago.