Ja ku birimwo

Ibiheruka gushirwa ku ntango y’urubuga rwacu

 

Bibiliya yoba idusaba kwubahiriza abandi?

Inyishu Bibiliya itanga irashobora kugutangaza.

 

Imico runtu ngirakamaro vy’ukuri

Abenshi bisunga iki ciyumviro: ‘Nimba wiyumvamwo ko ikintu kanaka kibereye, gikore. Umvira umutima wawe.’ None kwiyumvira gutyo vyoba biranga ubukerebutsi? Raba imico runtu wokwizigira Bibiliya yigisha.

Ingene wokwigerera mu kunywa

Ibintu bitanu vyogufasha kwigerera mu kunywa naho woba uri mu bihe bitesha umutwe.

Icubahiro caroye he?

Raba icogufasha kwiyubaha, kwubaha abandi no kwubaha ubuzima.

 

Igituma dukeneye Imana

Nurabe ukuntu kugiranira ubucuti n’Imana bishobora gutuma ugira ubuzima burimwo agahimbare kandi bufise intumbero.

Novyifatamwo gute hagize abantoteza kuri internet?

Ivyo ukwiye kumenya n’ivyo wokora kugira wikingire.

Kugira wigane Yezu . . .

Yezu yamye agaragaza kamere umunani mu buzima bwiwe bwose.

Ni umutegetsi uwuhe uzotora?

Bibiliya ibivugako iki?

 

Bibiliya ishobora gute kugufasha mu buzima bwawe?

Raba ingene Bibiliya ishobora kugufasha biciye ku vyigwa bishingiye kuri yo dutanga ku buntu.

 

Amahoro azoza kw’isi gute?

Numenye ukuntu Imana yasezeranye kuzana amahoro kw’isi biciye ku Bwami bwayo.

Kuronka agahimbare nyakuri

Iki kinyamakuru Be maso! kirerekana ingene impanuro Bibiliya itanga zogufasha.