BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA
Urukundo rudahemuka ruzotsinda ryari urwanko?
Naho Abayahudi n’Abarabu bamaze igihe kinini badacana uwaka, bamwe muri bo bararanduranye n’imizi urwo rwanko mu mitima yabo. Aba ni babiri muri bo.