Kugendera Beteli
Turagutumiye n’igishika cinshi ngo uzoze kugendera ibiro vyacu vy’amashami, ibikunze kwitwa Beteli. Ku biro vy’amashami bimwebimwe hariho amaratiro umuntu ashobora kwitemberezamwo.
Gusubira kugendera Beteli: Mu bihugu vyinshi, abantu barasubiye kugendera ibiro vyacu vy'amashami kuva ku wa 1 Ruheshi 2023. Wipfuza ayandi makuru, nuyabaze ibiro vy'ishami ushaka kugendera. Turakwinginze ntuzogendere Beteli mu gihe boba bagutoye korona, ufise ibimenyetso vy’inkorora canke giripe, canke uherutse kumarana umwanya n’umuntu batoye korona.
Hayiti
Santo 20, No. 9
Route de Croix-des-Bouquets
PORT-AU-PRINCE
HAYITI
+509 2813-1560
+509 2813-1561
+509 2813-1562
Inzira wojana
Kuhagendera
Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu
Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo
Utemberezwa mw’isaha 1
Ibintu nyamukuru bihakorerwa
Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu gikrewole co muri Hayiti. Barahagarikira igikorwa c’amashengero 200 yo muri Hayiti.