Esupanye: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 48.197.000
- Abigisha Bibiliya: 122.061
- Amashengero y’Ivyabona: 1.397
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 397
INKURU Z’IVYABAYE
Inyubakwa abavukanyi bageragerejwemwo
Ivyabona vya Yehova amajana banse kuja mu gisoda kubera ijwi ryabo ryo mu mutima barigeze kuba bapfungirwa mu nyubakwa imwe yo muri Espanye.
BE MASO!
Tuje muri Espanye
Igihugu ca Espanye kibamwo abantu b’ubwoko butandukanye, kikagira n’intara zifise ubwiza butandukanye. Hari igifungurwa c’agaciro Espanye ihingura cane kuruta ibindi bihugu vyose kw’isi.
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
Abahoze ari ababikira barakiriye ukuri
Ni igiki catumye bava mu bigo vy’ababikira mu nyuma bagaheba idini rya Gatolika?