Irlande: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 7.052.000
- Abigisha Bibiliya: 7.974
- Amashengero y’Ivyabona: 121
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 907
IGIKORWA KIJANYE N’IBISOHORWA
Kwamamaza inkuru nziza mu ndimi kavukire zo muri Irilande no mu Bwongereza
Ivyabona vya Yehova bariko baragira utwigoro tudasanzwe two kubwira inkuru nziza abantu basoma canke bavuga indimi kavukire bo muri Irilande no mu Bwongereza. None abantu bavyakiriye gute?
IGIKORWA CO KWAMAMAZA
Kwamamaza mu karere kari ukwa konyene muri Irlande
Abagize umuryango umwe barasigura ingene ubucuti bafitaniye bwarushirije gukomera mu gihe bariko bavuga inkuru nziza mu karere kari ukwa konyene.
BE MASO!
Tuje muri Irlande
Niwisomere amakuru yerekeye abantu b’umutima mwiza bo mw’Izinga ry’akabuye ka emerode.
IBIRORI BIDASANZWE
Ihwaniro ridasanzwe ryabereye muri Irlande
Ivyabona vya Yehova b’i Dublin muri Irlande barakiriye abavuye mu bindi bihugu baje kw’ihwaniro ridasanzwe ryo mu 2012 ryataziriwe ngo: “Zigama umutima wawe!” Raba ico bamwe babivuzeko.