Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ikete ryandikiwe Abaheburayo

Ibigabane

1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 13

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Imana ivuga biciye ku Mwana wayo (1-4)

    • Umwana araruta abamarayika (5-14)

  • 2

    • Twitwararike cane ivyo twumvise (1-4)

    • Yezu yahawe kuganza ibintu vyose (5-9)

    • Yezu na benewabo (10-18)

      • Imboneza ibajana ku bukiriro (10)

      • Umuherezi mukuru afise imbabazi (17)

  • 3

    • Yezu araruta Musa (1-6)

      • Imana ni yo yubatse ibintu vyose (4)

    • Twiyubare ntitubure ukwizera (7-19)

      • «Uyu musi nimwumviriza ijwi ryayo» (7, 15)

  • 4

    • Akaga ko kutinjira mu karuhuko k’Imana (1-10)

    • Twinjire mu karuhuko k’Imana (11-13)

      • Ijambo ry’Imana ni rizima (12)

    • Yezu ni umuherezi mukuru akomeye (14-16)

  • 5

    • Yezu araruta abaherezi bakuru b’abantu (1-10)

      • Mu buryo bwa Melekisedeki (6, 10)

      • Yarize kugamburuka biciye ku mibabaro (8)

      • Ajejwe gutanga ubukiriro bw’ibihe bidahera (9)

    • Tube abantu bahumuye (11-14)

  • 6

    • Dutere tuja imbere tugana ku buhumure (1-3)

    • Abagwa baba bongeye kumanika Umwana w’Imana (4-8)

    • Mutume icizigiro canyu gikomera (9-12)

    • Imihango y’Imana yama iranguka (13-20)

      • Umuhango w’Imana n’indahiro yayo ntibihinduka (17, 18)

  • 7

    • Melekisedeki: umwami n’umuherezi adasanzwe (1-10)

    • Ubuherezi bwa Kristu buraruta ubw’Abalewi (11-28)

      • Kristu arashoboye gukiza neza (25)

  • 8

    • Ihema ryagereranya ivyo mw’ijuru (1-6)

    • Itandukaniro hagati y’isezerano rya kera na rishasha (7-13)

  • 9

    • Igikorwa ceranda co mw’ihema ryo kw’isi (1-10)

    • Kristu yinjiye mw’ijuru ajanye amaraso yiwe (11-28)

      • Umuhuza w’isezerano rishasha (15)

  • 10

    • Ibimazi vy’ibitungwa ntibikuraho ibicumuro (1-4)

      • Amategeko yari igitutu (1)

    • Ikimazi Kristu yatanze rimwe rizima (5-18)

    • Inzira nshasha kandi nzima (19-25)

      • Ntiduhebe gukoranira hamwe (24, 25)

    • Twirinde gucumura n’ibigirankana (26-31)

    • Kwizera Imana biradufasha kwihangana (32-39)

  • 11

    • Insiguro y’ukwizera (1, 2)

    • Uturorero tw’ukwizera (3-40)

      • Uwudafise ukwizera ntashobora guhimbara Imana (6)

  • 12

    • Yezu atuma ukwizera kwacu kuba ukutagira akanenge (1-3)

      • Umugwi munini w’ivyabona (1)

    • Ntimugaye ugutozwa indero kuva kuri Yehova (4-11)

    • Mugorore inzira ibirenge vyanyu bicamwo (12-17)

    • Mwegereye Yeruzalemu yo mw’ijuru (18-29)

  • 13

    • Impanuro za nyuma be n’indamutso (1-25)

      • Ntimwibagire kwakirana (2)

      • Umubano w’ababiranye nube uwuteye iteka (4)

      • Mugamburukire ababaja imbere (7, 17)

      • Dushikanire Imana ikimazi c’ishemezo (15, 16)