EREKANA Igitabu ca Bibiliya Itanguriro Kuvayo Abalewi Guharura Gusubira mu vyagezwe Yosuwa Abacamanza Rusi 1 Samweli 2 Samweli 1 Abami 2 Abami 1 Ngoma 2 Ngoma Ezira Nehemiya Esiteri Yobu Zaburi Imigani Umusiguzi Indirimbo ya Salomo Yesaya Yeremiya Gucura intimba Ezekiyeli Daniyeli Hoseya Yoweli Amosi Obadiya Yona Mika Nahumu Habakuki Zefaniya Hagayi Zakariya Malaki Matayo Mariko Luka Yohani Ivyakozwe Abaroma 1 Abakorinto 2 Abakorinto Abagalatiya Abanyefeso Abafilipi Abakolosayi 1 Abatesalonika 2 Abatesalonika 1 Timoteyo 2 Timoteyo Tito Filemoni Abaheburayo Yakobo 1 Petero 2 Petero 1 Yohani 2 Yohani 3 Yohani Yuda Ivyahishuwe Ikigabane 1 2 3 4 5 6 Ikete ryandikiwe Abanyefeso Ibigabane 1 2 3 4 5 6 Ibirimwo muri make 1 Indamutso (1, 2) Imihezagiro yo mu vy’impwemu (3-7) Gukoraniriza hamwe ibintu vyose muri Kristu (8-14) «Uburyo bwo kuyobora ibintu» ibihe bimaze gukwira (10) Impwemu ni «icemeza twahawe imbere y’igihe» (13, 14) Pawulo ashimira Imana kubera ukwizera kw’Abanyefeso (15-23) 2 Mwagizwe bazima hamwe na Kristu (1-10) Igihome catandukanya imigwi ibiri gisenyurwa (11-22) 3 Ibanga ryeranda rirashiramwo abanyamahanga (1-13) Abanyamahanga bazoba ba samuragwa na Kristu (6) Umugambi w’Imana w’ibihe bidahera (11) Pawulo asengera Abanyefeso ngo baronke ugutahura (14-21) 4 Ubumwe bw’umubiri wa Kristu (1-16) Ingabire zigizwe n’abagabo (8) Kamere ya kera na kamere nshasha (17-32) 5 Imvugo n’inyifato bibereye (1-5) Mwigenze nk’abana b’umuco (6-14) Mwuzuzwe impwemu (15-20) Mukoreshe neza umwanya wanyu (16) Impanuro zihabwa abagabo n’abagore (21-33) 6 Impanuro zihabwa abana n’abavyeyi (1-4) Impanuro zihabwa abashumba na ba shebuja (5-9) Umwambaro ukwiye w’ibirwanisho biva ku Mana (10-20) Amajambo yo gusozera (21-24) Ibiheruka Ibikurikira Capura Rungika Rungika Abanyefeso: ibirimwo muri make BIBILIYA Y'ISI NSHASHA (YASUBIWEMWO MU 2013) Abanyefeso: ibirimwo muri make Ikirundi Abanyefeso: ibirimwo muri make https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/1001061100/univ/wpub/1001061100_univ_sqr_xl.jpg nwt Abanyefeso rup. 1800