Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Igitabu ca Amosi

Ibigabane

1 2 3 4 5 6 7 8 9

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Amosi aronka ubutumwa buvuye kuri Yehova (1, 2)

    • Bacirwa imanza kubera baguma bagarariza (3-15)

  • 2

    • Bacirwa imanza kubera baguma bagarariza (1-16)

  • 3

    • Gutangaza urubanza rw’Imana (1-8)

      • Imana izokwibira akabanga abasavyi bayo (7)

    • Urubanza rwaciriwe Samariya (9-15)

  • 4

    • Urubanza rwaciriwe inka z’i Bashani (1-3)

    • Yehova atwenga Abisirayeli kubera basenga ibigirwamana (4, 5)

    • Isirayeli yanka gukosorwa (6-13)

      • «Itegurire guhura n’Imana yawe» (12)

      • «Imana ihishurira abantu ivyiyumviro vyayo» (13)

  • 5

    • Isirayeli imeze nk’umukobwa w’isugi yatemvye (1-3)

    • Nimugaruke ku Mana maze mubandanye kubaho (4-17)

      • Nimwanke ikibi, mukunde iciza (15)

    • Umusi wa Yehova uzoba ari umusi w’umwiza (18-27)

      • Imana yanka ibimazi vya Isirayeli (22)

  • 6

    • Haragowe abantu biyizigira! (1-14)

      • Ibitanda vy’amasenge; amabakure y’umuvinyu (4,6)

  • 7

    • Yehova yereka Amosi ko iherezo rya Isirayeli riri hafi (1-9)

      • Inzige (1-3), umuriro (4-6), inivo (7-9)

    • Amosi abuzwa kuvuga ubuhanuzi (10-17)

  • 8

    • Yehova yereka Amosi igiseke kirimwo ivyamwa vyo mu ci (1-3)

    • Abacinyiza abandi bacirwa urubanza (4-14)

      • Inzara yo kwumva ijambo ry’Imana (11)

  • 9

    • Nta wohunga imanza z’Imana (1-10)

    • Yehova azovyura urusago rwa Dawidi (11-15)