EREKANA Igitabu ca Bibiliya Itanguriro Kuvayo Abalewi Guharura Gusubira mu vyagezwe Yosuwa Abacamanza Rusi 1 Samweli 2 Samweli 1 Abami 2 Abami 1 Ngoma 2 Ngoma Ezira Nehemiya Esiteri Yobu Zaburi Imigani Umusiguzi Indirimbo ya Salomo Yesaya Yeremiya Gucura intimba Ezekiyeli Daniyeli Hoseya Yoweli Amosi Obadiya Yona Mika Nahumu Habakuki Zefaniya Hagayi Zakariya Malaki Matayo Mariko Luka Yohani Ivyakozwe Abaroma 1 Abakorinto 2 Abakorinto Abagalatiya Abanyefeso Abafilipi Abakolosayi 1 Abatesalonika 2 Abatesalonika 1 Timoteyo 2 Timoteyo Tito Filemoni Abaheburayo Yakobo 1 Petero 2 Petero 1 Yohani 2 Yohani 3 Yohani Yuda Ivyahishuwe Ikigabane 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 13 14 15 16 17 18 19 20 21 22 23 24 25 26 27 28 Ivyakozwe n’intumwa Ibigabane 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 13 14 15 16 17 18 19 20 21 22 23 24 25 26 27 28 Ibirimwo muri make 1 Kuri Tewofile (1-5) Ivyabona gushika ku mpera z’isi (6-8) Yezu aduga mw’ijuru (9-11) Abigishwa bakoranira hamwe bunze ubumwe (12-14) Matiyasi atorwa ngo asubirire Yuda (15-26) 2 Impwemu isukwa ku bigishwa kuri Pentekoti (1-13) Ijambo Petero yashikirije (14-36) Ingene amasinzi yakiriye ivyo Petero yashikirije (37-41) Habatizwa abantu 3.000 (41) Ingene abakirisu bafatana mu nda (42-47) 3 Petero akiza umusezi amugaye (1-10) Petero yigishiriza kw’ibaraza rya Salomo (11-26) «Ibintu vyose bisubizwa mu buryo» (21) Umuhanuzi ameze nka Musa (22) 4 Petero na Yohani bafatwa (1-4) Igitigiri c’abagabo bizeye kigera ku 5.000 (4) Petero na Yohani barengutswa imbere y’Inama nkuru (5-22) «Ntidushobora kureka kuvuga» (20) Basenga basaba ubutinyutsi (23-31) Abigishwa basangira ivyo batunze (32-37) 5 Ananiya na Safira (1-11) Intumwa zikora ibitangaza vyinshi (12-16) Bapfungwa maze bakarekurwa (17-21a) Basubira kurengutswa imbere y’Inama nkuru (21b-32) «Kugamburukira Imana aho kugamburukira abantu» (29) Impanuro ya Gamaliyeli (33-40) Bamenyesha inkuru nziza inzu ku nzu (41, 42) 6 Hatorwa abagabo indwi ngo bafashe (1-7) Sitefano yagirizwa gutuka Imana (8-15) 7 Ijambo Sitefano yashikirije imbere y’Inama nkuru (1-53) Ikiringo ca ba sekuruza b’imiryango (2-16) Uburongozi bwa Musa. Isirayeli isenga ibigirwamana (17-43) Imana ntiba mu nsengero zubatswe n’abantu (44-50) Sitefano aterwa amabuye (54-60) 8 Sawuli ahama abakirisu (1-3) Filipo aroranirwa i Samariya (4-13) Petero na Yohani barungikwa i Samariya (14-17) Simoni agerageza kugura impwemu nyeranda (18-25) Inkone y’Umunyetiyopiya (26-40) 9 Sawuli aja i Damasiko (1-9) Ananiya arungikwa gufasha Sawuli (10-19a) Sawuli amenyesha ivyerekeye Yezu i Damasiko (19b-25) Sawuli aja i Yeruzalemu (26-31) Petero akiza Eneya (32-35) Doruka azurwa (36-43) 10 Koruneliyo yerekwa (1-8) Petero yerekwa ibikoko bihumanuwe (9-16) Petero aja kwa Koruneliyo (17-33) Petero abwira inkuru nziza abanyamahanga (34-43) «Imana ntigira nkunzi» (34, 35) Abanyamahanga baronka impwemu maze bakabatizwa (44-48) 11 Petero abwira intumwa ivyabaye (1-18) Barunaba na Sawuli i Antiyokiya muri Siriya (19-26) Abigishwa batangura kwitwa abakirisu (26) Agabo amenyesha ko hazotera inzara (27-30) 12 Yakobo yicwa. Petero apfungwa (1-5) Petero abohorwa ku gitangaro (6-19) Herodi akubitwa n’umumarayika (20-25) 13 Barunaba na Sawuli barungikwa kuba abamisiyonari (1-3) Igikorwa bakoreye i Shipure (4-12) Ijambo Pawulo yavugiye i Antiyokiya muri Pisidiya (13-41) Itegeko ryo kuja kubwira amahanga (42-52) 14 Haba iyongerekana n’uruhamo muri Ikoniyo (1-7) Pawulo na Barunaba bafatwa nk’imana i Lusitira (8-18) Pawulo aterwa amabuye, akarokoka (19, 20) Bakomeza amashengero (21-23) Basubira i Antiyokiya muri Siriya (24-28) 15 I Antiyokiya havyuka ibihari bijanye no kugenyerwa (1, 2) Ico kibazo kijanwa i Yeruzalemu (3-5) Abakurambere n’intumwa bakoranira hamwe (6-21) Ikete rivuye ku nama nyobozi (22-29) Kwirinda amaraso (28, 29) Amashengero aremeshwa n’ikete yandikiwe (30-35) Pawulo na Barunaba batandukana (36-41) 16 Pawulo atora Timoteyo (1-5) Pawulo yerekwa Umunyamasedwane (6-10) I Filipi, Lidiya aba umukirisu (11-15) Pawulo na Silasi bapfungwa (16-24) Umurinzi w’ibohero n’abo mu rugo rwiwe babatizwa (25-34) Pawulo asaba ko abamurenganije basaba imbabazi (35-40) 17 Pawulo na Silasi i Tesalonika (1-9) Pawulo na Silasi i Beroya (10-15) Pawulo i Atene (16-22a) Pawulo ashikiriza ijambo muri Areyopago (22b-34) 18 Igikorwa Pawulo yakoreye i Korinto (1-17) Asubira i Antiyokiya muri Siriya (18-22) Pawulo aja i Galatiya n’i Firijiya (23) Apolo afashwa (24-28) 19 Pawulo i Efeso. Abigishwa basubira kubatizwa (1-7) Pawulo yigisha (8-10) Araroranirwa naho hariyo amadayimoni (11-20) Haduka akaguma i Efeso (21-41) 20 Pawulo i Masedwane no mu Bugiriki (1-6) Eyutiko azurwa i Tirowa (7-12) Pawulo ava i Tirowa aja i Mileto (13-16) Pawulo abonana n’abakurambere b’i Efeso (17-38) Yarigisha inzu ku nzu (20) «Gutanga bizana umunezero» (35) 21 Pawulo aja i Yeruzalemu (1-14) Ashika i Yeruzalemu (15-19) Pawulo akurikiza impanuro ahawe n’abakurambere (20-26) Haduka akaguma mu rusengero. Pawulo afatwa (27-36) Pawulo yemererwa kugira ico abwiye isinzi (37-40) 22 Pawulo yiburanira imbere y’isinzi (1-21) Pawulo yikora ku bwenegihugu bwiwe bw’Uburoma (22-29) Inama nkuru ikorana (30) 23 Pawulo avugira imbere y’Inama nkuru (1-10) Pawulo akomezwa n’Umukama (11) Umugambi wo kwica Pawulo (12-22) Pawulo arungikwa i Sezariya (23-35) 24 Pawulo yagirizwa (1-9) Pawulo yiburanira imbere ya Felisi (10-21) Urubanza rwiwe rurindirizwa imyaka ibiri (22-27) 25 Pawulo arengutswa imbere ya Fesito (1-12) «Ndungururije kwa Sezari!» (11) Fesito agisha inama umwami Agiripa (13-22) Pawulo imbere ya Agiripa (23-27) 26 Pawulo yiregura imbere ya Agiripa (1-11) Pawulo asigura ukuntu yahindutse (12-23) Ivyo Fesito na Agiripa bavuze (24-32) 27 Pawulo afata ubwato akaja i Roma (1-12) Ubwato bukubitwa n’igihuhusi (13-38) Ubwato bumenagurika (39-44) 28 Bashika ku nkengera y’izinga ryitwa Malita (1-6) Pawulo akiza se wa Pubiliyo (7-10) Pawulo aja i Roma (11-16) Pawulo avugana n’Abayuda b’i Roma (17-29) Amara imyaka ibiri avuga inkuru nziza n’ubutinyutsi (30, 31) Ibiheruka Ibikurikira Capura Rungika Rungika Ivyakozwe: ibirimwo muri make BIBILIYA Y'ISI NSHASHA (YASUBIWEMWO MU 2013) Ivyakozwe: ibirimwo muri make Ikirundi Ivyakozwe: ibirimwo muri make https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/1001061100/univ/wpub/1001061100_univ_sqr_xl.jpg nwt Ivyakozwe rup. 1678-1680