UMUNARA W’INDERETSI No 1 2016 | Kubera iki twoba imvugakuri?

Abantu benshi ntibashobora kumara iminuta cumi batabeshe igihe bariko baraganira. Kubera iki twokwigora ngo ntitumere nka bo?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Kuvugisha ukuri vyoba vyarataye igihe?

Ufatiye ku vyashikiye Hitoshi womenga ukwo ni ukuri.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Ingaruka zivamwo

Numenye ukuri ku bijanye no kubesha.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Kuba imvugakuri birimwo impera

Raba inkuru z’abantu batwiganira ingene kuba imvugakuri ari ngirakamaro.

BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA

Numpe umwaka umwe gusa w’amahoro n’agahimbare

Alain Broggio yarakozwe ku mutima cane n’umurongo wo muri Bibiliya uboneka muri 1 Yohani 1:9.

Wari ubizi?

Mu bihe vya Bibiliya, imizingo yakorwa gute kandi yakoreshwa gute? “Abakuru b’abaherezi” bavugwa mu Vyanditswe vy’ikigiriki bashobora kuba bari ba nde?

Icogufasha kudahagarika umutima

Hari ibintu bitatu vyogufasha gutekanirwa.

IMPANURO IDATA IGIHE

Ntimwiganyire

Yezu ntiyavuze gusa ko dukwiye kureka kwiganyira, yaratweretse n’ingene twovyirinda.

Bibiliya ibivugako iki?

Abapfuye boba bazosubira kubaho?

Ibindi usanga kuri internet

Bibiliya yoba ishobora kumfasha nishwe n’umubabaro?

Hariho ibintu bitatu Imana itanga ibikunze bidufasha igihe dufise umubabaro.