UMUNARA W’INDERETSI Ntwarante 2014 | Ivyo Imana imaze kugukorera

Imana iraduha ubuzima n’ivyo dukeneye kugira tubunezererwe. Vyoba ari ivyo vyonyene?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Ivyo Imana imaze kugukorera

Ingingo ngenderwako y’ubutunganye y’Imana isaba gutanga “ubuzima ku bundi,” iradufasha gutahura icatumye “itanga Umwana wayo w’ikinege.”

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Urwo rubanza ntiruze rugucike!

Turagutumiye wifatanye natwe ku Cibutso c’urupfu rwa Yezu.

INKURU Y’UBUZIMA

Ndonka inkomezi mu ntege nke zanje

Umugore agendera mu gakinga k’ibimuga aronka “ububasha burengeye ubusanzwe” biciye ku kwizera kwiwe.

Imana ibona gute ukuja hamwe kw’amadini?

Ugushira hamwe n’umwumvikano vyoba bikwiye kuronderwa naho vyosaba iki? Inyishu Bibiliya itanga hari aho yogutangaza.

Ingene Ijambo ry’Imana ryamenyekanishijwe muri Espanye ya kera

Abanyeshure bimuriye ivyanditswe vyo muri Bibiliya ku bigura bahuriye ku ki n’abinjije Bibiliya mu kinyegero?

Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya

Igicumuro c’umuntu wa mbere, Adamu, kirafitaniye isano cane n’urupfu rwa Yezu. Gute?

Ibindi usanga kuri internet

Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye Pasika?

Raba inkomoko y’imigenzo itanu igirwa ku musi mukuru wa Pasika.