UMUNARA W’INDERETSI Nyakanga 2015 | Ivyabona vya Yehova ni bande?

Kugira uronke inyishu, ubona gute ubibarije?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Ivyabona vya Yehova ni bande?

Woba uhora wibaza ibibazo nk’ivya bamwebamwe mu bavuzwe muri iki kiganiro?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Bameze gute?

Hari aho wotangara ugiye utubona ahantu hanaka.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Bemera iki?

Ivyo twemera vyose bishingiye kuri Bibiliya.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Amahera bakoresha ava he?

Amahera ava he? Akoreshwa gute?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Kubera iki bamamaza?

Hari imvo zitatu nyamukuru zituma twamamaza kw’isi yose.

INKURU Y’UBUZIMA

Nararonse ikintu kiruta kuba rurangiranwa

Mw’ijoro rimwe gusa Mina Hung Godenzi yarabaye rurangiranwa, ariko yasanze ubwo buzima butaryoshe nk’uko yavyibaza.

Bibiliya ya Bedell yarafashije abantu gutahura neza Bibiliya

Iyo Bibiliya yaramaze imyaka 300 ifise ikibanza kidasanzwe.

Woba ushavuriye Imana?

Woba umaze kwibaza uti: ‘Kubera iki Imana yaretse ibi bintu bikanshikira?’

Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya

Ubuhanuzi bwo muri Bibiliya budufasha gute?

Ibindi usanga kuri internet

Intambara ya Harumagedoni ni iki?

Ijambo Harumagedoni riboneka rimwe gusa muri Bibiliya, ariko ivyerekeye iyo intambara biravugwa muri Bibiliya yose.