Gufasha abandi
Ni ibiki bitwereka ko Yehova ari Umutanzi aruta abandi bose?
Yoh 3:16; Ivk 17:25; Rm 6:23; Yak 1:17
Raba kandi Zb 145:15, 16; 2Kr 9:15
Ni ugutanga ukuhe kudahimbara Imana?
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha
It 4:3-7; 1Yh 3:11, 12—Kubera iki Imana itashimye ishikanwa rya Kayini?
Ivk 5:1-11—Ananiya na Safira barahanywe kubera babeshe ku bijanye n’ingabire batanze babigiranye imvo mbi
Ni ugutanga ukuhe guhimbara Imana?
Mt 6:3, 4; Rm 12:8; 2Kr 9:7; Heb 13:16
Raba kandi Ivk 20:35
Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha:
Lk 21:1-4—Yezu yarashimagije umupfakazi w’umukene yatanze abikuye ku mutima naho yatanze duke cane
Ivyo gutanga intererano vyari bitunganijwe gute mw’ishengero ryo mu kinjana ca mbere?
Ivk 11:29, 30; Rm 15:25-27; 1Kr 16:1-3; 2Kr 9:5, 7
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha
Ivk 4:34, 35—Abagize ishengero baratanze batitangiriye itama, intumwa na zo ziritaho kuronsa imfashanyo abayikeneye
2Kr 8:1, 4, 6, 14—Haratunganijwe igikorwa co gutabara abakirisu bakenye
Ni ibanga ridasanzwe irihe abakirisu bajejwe ku bijanye n’abo mu rugo rwabo n’abakirisu bagenzi babo?
Rm 12:13; 1Tm 5:4, 8; Yak 2:15, 16; 1Yh 3:17, 18
Raba kandi Mt 25:34-36, 40; 3Yh 5-8
Bibiliya itwigisha ko dukwiye gukorera iki abakene?
Ni igiki cerekana ko abantu bakeneye canecane gufashwa mu vy’impwemu?
Mt 5:3, 6; Yoh 6:26, 27; 1Kr 9:23
Raba kandi Img 2:1-5; 3:13; Ums 7:12; Mt 11:4, 5; 24:14
Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha:
Lk 10:39-42—Yezu yarafashije Marita gutahura ko ibintu vy’impwemu ari vyo bikwiye kuza imbere