Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

12-18 Kigarama

2 ABAMI 16-17

12-18 Kigarama

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ukwihangana kwa Yehova kurafise aho kugarukira”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • 2Bm 17:29​—“Abasamariya” bavugwa muri uwo murongo bari bande, ariko iryo zina ryahavuye ryerekeza kuri bande? (it-2 878)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Bm 17:18-28 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU