Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yehova yaratumye haba ikintu kitari citezwe

Yehova yaratumye haba ikintu kitari citezwe

Mu gihe hari ikigoyi gikaze, Yehova yaravuze ko ku musi ukurikira hobonetse ibifungurwa vyinshi (2Bm 7:1; it-1 729)

Intwazangabo imwe y’Umwisirayeli yarakekeranije ko ico kintu Yehova yavuze cobaye (2Bm 7:2)

Yehova yaratumye haba ikintu kitari citezwe (2Bm 7:6, 7, 16-18)

Yehova avuga ko iyi si izokurwaho bukwi na bukwi, ata wari avyiteze. (1Ts 5:2, 3) Kubera iki bihambaye ko twizigira ivyo Yehova avuze?