Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ingene abaturwanya bagerageza gutuma tugoyagoya

Ingene abaturwanya bagerageza gutuma tugoyagoya

Abaturwanya baragerageza kuduca intege mu kubeshera abatuja imbere (2Bm 18:19-21; w05 1/8 11 ing. 5)

Baragerageza kutuzimiza mu kubeshera Yehova n’ishirahamwe ryiwe (2Bm 18:22, 25; w10 15/7 13 ing. 3)

Baragerageza kuturyosharyosha mu kudusezeranira ibintu bitari vyo (2Bm 18:31, 32; w13 15/11 19 ing. 14; yb74 176 ing. 2)

NIWIBAZE UTI: ‘Nokora iki ubu kugira nitegurire uruhamo?’