4-10 Kigarama
YOBU 22-24
Ururirimbo rwa 49 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
«Mbega umuntu hari ico yomarira Imana?»: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Yb 23:13—Akarorero ka Yehova kadufasha gute gushika ku migambi yacu yo mu vy’impwemu? (w04 15/7 21-22)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yb 22:1-22 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Mubwire ibijanye n’urubuga rwacu, uce umusigira agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 11)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?, hanyuma muyiganireko. (th icigwa ca 2)
Insiguro: (Imin. 5) w21.05 18-19 ing. 17-20—Umutwe: Kubona ibintu mu buryo bwiza biratuma tuguma dukoreshwa na Yehova. (th icigwa ca 20)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
«Bavyeyi, nimwigishe abana banyu ingene bonezereza Yehova»: (Imin. 10) Guhana ijambo be n’ividewo.
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) bt ikig. 3 ing. 1-3, n’inzitiro ziri ku rup. 25, 26, 27, 28, na 29
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 25 n’isengesho