UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Nubandanye kwerekana ko ukunda Yehova cane
[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Yobu.]
Shetani yavuze ko Yobu yakunda Yehova akongera akamukorera kubera imvo z’ubwikunzi (Yb 1:8-11; w18.02 6 ing. 16-17)
Shetani avuga ko tudakunda Yehova vy’ukuri (Yb 2:4, 5; w19.02 5 ing. 10)
Yehova yarahaye umwe wese muri twebwe akaryo ko kugaragaza ko Shetani ari umubeshi. (Img 27:11) Turashobora kwerekana ko dukunda Yehova cane mu kuguma tumushira imbere mu buzima bwacu haba mu bihe vyiza canke bibi.