Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ni wewe nkunda

Ni wewe nkunda

Voma:

  1. 1. Ni wewe

    Undutira bose.

    Rukundo,

    Nta wundi mfise.

    Ukwizera kwawe—

    Ni kwo ngukundira.

    Na Yehova

    Azotuyobora.

    Umber’umufasha

    Bikanduhurira.

    Ump’icubahiro

    Kiva ku mutima.

    (ICITABIRIZO)

    Tuzofatana mu nda

    Tuban’akaramata.

    Yehov’adufashe twikundanire—

    Wewe nkunda.

  2. 2. Ni wewe ndirira

    Ukantega ugutwi.

    Dufashanye

    Gukorer’umuremyi.

    Urukundo rwawe

    Ni ntaseswa mukunzi.

    Ni we nahisemwo—

    Ng’umber’umugenzi.

    (ICITABIRIZO)

    Tuzofatana mu nda

    Tuban’akaramata.

    Yehov’adufashe twikundanire—

    Wewe nkunda.

    Tuzofatana mu nda

    Tuban’akaramata.

    Yehov’adufashe twikundanire—

    Wewe nkunda.

    Koko ni we

    Nkunda.